M23 ivuga ko igenzura igisagara cose ca Goma, igisagara gikuru mu ntara ya Kivu iri m'ubuseruko bwa DRC. Intambara zirabandanya, abantu bicwa, abarokoka bagahunga ari ibihumbi. Ariko inyuma y'izo ...